01/10/2025
TURAVYIYAMIRIJE GUFUNGISHA UMUNTU
♦️Uje Muri Bino Bintu Vyacu Ushaka Gufungishana Tuba Uguma Iwanyu Ntamuntu Aba Yagukuye Muhira Uze Kwiyandagariza Kwa Zino Mbuga….
♦️Rero Mo'W Kanzie Ntukore Uryokosa Ngo Wirahire Ugume Wiyumvira Gufungisha Sister Wacu NellyNat Burundi Aho Najewe Norurangura Izina Rya Mungu….
🫵🏻Manika Amaboko Uvugeko Umuziki Wawuhevye Hama Bareke Kukuvuga Uce Uheba Noguposta Kwa Zino Mbuga…Mwebwe Ivyo Mwihaye Vyo Mugasho Bihagarare Ntamuntu Numwe Afise Agasho Kiwe Agasho nak’Igihugu….