McBlizzo

McBlizzo Graphic Designer
Videographer
Photographer
News ENTERTAINMENT

Call us: +257 64 30 51 57
Whatsapp: +257 62 896 351

29/05/2026
jewe Ninjiye Malibu Umbwire aho uherereye Dusangire umunezero na Sat-B  💥💥🔥🔥
29/05/2026

jewe Ninjiye Malibu Umbwire aho uherereye Dusangire umunezero na Sat-B 💥💥🔥🔥

" Ntimwaribgabimenye? Ntimwaribgavyumve? Ntimwaribgabibarirwe uhereye mbere na mbere? Ntimwaribgabitahure uhereye ah' it...
18/05/2026

" Ntimwaribgabimenye? Ntimwaribgavyumve? Ntimwaribgabibarirwe uhereye mbere na mbere? Ntimwaribgabitahure uhereye ah' itanguriro ry'isi ryashiriweho?

Iyo ni yo ivyagiye ahihese hejuru y'isi, ababa mw isi bameze nk'uduhori; ni yo igaranzura amajuru nk'impuzu y'agakangayenzi, ikayaganura nk'ihema ryo kubamwo "

YESAYA : 40:21-22

18/05/2026

Uko niko hiriwe uyu musi muri Kenya 🇰🇪 nairobi aho bariko bagira imyiyerekano isaba kugabanya ibiciro vy'amavuta ya essence (ibitoro)

My boss is Come Back 🔥🔥🔥SAVE THE DATE  & ⏲️
13/05/2026

My boss is Come Back 🔥🔥🔥

SAVE THE DATE & ⏲️

12/05/2026

Uko niko Natacha Burundi yakiriwe Mugihugu c'uburundi aho yaravuye muri Kenya 🇰🇪

Congratulations again Natacha Burundi 🇧🇮  🔥🔥🔥🔥
10/05/2026

Congratulations again Natacha Burundi 🇧🇮 🔥🔥🔥🔥

🤣Niho Nkivyuka Nkesera ejo hahise twari mubirore vyo gutanga ubushimwe bwa  Africa Awards aho umuririmvyikazi , umu Boss...
10/05/2026

🤣Niho Nkivyuka Nkesera ejo hahise twari mubirore vyo gutanga ubushimwe bwa Africa Awards aho umuririmvyikazi , umu Boss , Natacha Burundi yatahukanye agashimwe Muri Category yararimwo....

Ivyakurikiye inyuma yaho dutahiye nzobibabwira ejo 🤣🤣 kuko Simbizi Wa Semavumba na Starboy The Sheep twaciye tuja kuraba aho twitambira warumperiki duherekejwe n'ikidoma Co kwa ntare Fabby tozzy 🤣🤣🤣

08/05/2026

Ngo Simbizi Wa Semavumba ntiyiteze kuborohereza 😂😂😂

Simbizi Wa Semavumba yaciye agura umupira mushasha n'ama fumé😂😂😂😂
08/05/2026

Simbizi Wa Semavumba yaciye agura umupira mushasha n'ama fumé😂😂😂😂

Address

Bujumbura

Telephone

+25762896351

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when McBlizzo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to McBlizzo:

Share

Category