ISTUN

ISTUN Content creator , video,photo[graphy📸]
UmunyaGashikanwa ✅️

🤗Ntaco wokora ngo uhindure akahise kawe😔 ariko ufite vyishii wokora ugahindura kazoza kawe✊️🙏 motivation  🤣 🫵🫵🫵bankawe a...
10/07/2026

🤗Ntaco wokora ngo uhindure akahise kawe😔 ariko ufite vyishii wokora ugahindura kazoza kawe✊️🙏 motivation 🤣
🫵🫵🫵bankawe apana nkakanaka🫵🫵🫵
🧏‍♂️ubuzima bumeze nkumukino wa RUDO kandi ubuzima ni umukino birangira twese dutsinzwe🧏‍♂️
ISTUN × Sun Ciella

🫵🫵🤣OROSHA UBUZIMA MUGIHE UKIRI KWISI KUKO NIBUTO CANE KUKI MWANKANA KANDI TWESE TUZOPFA🫵🫵🤣 ISTUN × MIKE CHAMPIØN NGZ  ☝️...
03/07/2026

🫵🫵🤣OROSHA UBUZIMA MUGIHE UKIRI KWISI KUKO NIBUTO CANE KUKI MWANKANA KANDI TWESE TUZOPFA🫵🫵🤣
ISTUN × MIKE CHAMPIØN NGZ


☝️☝️REKA TURYOSHE KUKO TWAMAZE KUMENYA YUKO IJWI RYACU RYUMVIKANA ARIKO IMANA ITUVUGIYE☝️☝️
&
🔥🔥🔥🔥
❌️

💰ITUNGA🛑 RYAMBERE NIKUGIRA ABANTU🎯 MU BUZIMA BWAWE🎁.   📸  ✅  🔥 🤞Esther Hn De Malcodile & ISTUN 💪
29/06/2026

💰ITUNGA🛑 RYAMBERE NIKUGIRA ABANTU🎯 MU BUZIMA BWAWE🎁. 📸



🔥

🤞

Esther Hn De Malcodile & ISTUN 💪

🫵🫵Hitamwo Umukobwa Akwiranye N'ubushobozi Bwawe Ureke Gutumunwa Ngo Abakobwa Bakunda Amahera💰💰💰🫵🫵Bankawe apana❌️ nkakana...
25/06/2026

🫵🫵Hitamwo Umukobwa Akwiranye N'ubushobozi Bwawe Ureke Gutumunwa Ngo Abakobwa Bakunda Amahera💰💰💰
🫵🫵Bankawe apana❌️ nkakanaka🫵🫵

× Istun Cox

Ubuzima ni bwiza cane iyo uri kumwe n’abantu baguha amahoro n’akanyamuneza ❤️✨”Incuti zanje Magara Twaciye Muri Vyishi a...
23/06/2026

Ubuzima ni bwiza cane iyo uri kumwe n’abantu baguha amahoro n’akanyamuneza ❤️✨”
Incuti zanje Magara Twaciye Muri Vyishi ariko Imana yakomeje kutuba hafi Turagumana Nubu Iracaturinda Harigihe Ubucuti Busumba Ivyinkundo💕
ISTUN x Nick Dev Prince × ×
WAMUHUNGUWE HAKO UZOGIRA ABA CHR BENSH UZOTUME UGIRA INCUTI NYISHI 🤣🤣

🫵🫵MUHUNGU NTUZOHEBE❌️ IDEMU KUBERA AMOSHA YABAJAMA🧏‍♂️🫵🫵🫵BA NKAWE APANA NKAKANAKA🫵  BADMÄN LEGËND ARTISTE : Badmän Legën...
22/06/2026

🫵🫵MUHUNGU NTUZOHEBE❌️ IDEMU KUBERA AMOSHA YABAJAMA🧏‍♂️🫵🫵
🫵BA NKAWE APANA NKAKANAKA🫵
BADMÄN LEGËND
ARTISTE : Badmän Legënd
LOCATION : ULTRA STUDIO
DIRECTED BY ISTUN
STORY BY Istun Cox

🙌🙌 NIZE GUTANGA ATARUKO NFISE VYISHI EKAAAAAH DAAAH AHUBWO NUKO NAMENYE UKUNTU BIGENDA MUGIHE UDAFISE ICEPHO NICARUGURU ...
15/06/2026

🙌🙌 NIZE GUTANGA ATARUKO NFISE VYISHI EKAAAAAH DAAAH AHUBWO NUKO NAMENYE UKUNTU BIGENDA MUGIHE UDAFISE ICEPHO NICARUGURU 🙌🙌
🫵UBUZIMA NINKUMUKINO URAWUKINA CANKE ABANDI BAKAGUKINA🫵





ISTUN × 🔥🔥🔥🔥

🫵🫵IKINTU KIZOKUBABARIZA UMUTIMA WAE UZOGISHIME CYANEEE KUKO NICO KIZOGUHUMURA AMASO🫵🫵BAHO NKUWUZOPHEJO KUKO IVYISI NUBUS...
04/06/2026

🫵🫵IKINTU KIZOKUBABARIZA UMUTIMA WAE UZOGISHIME CYANEEE KUKO NICO KIZOGUHUMURA AMASO🫵🫵
BAHO NKUWUZOPHEJO KUKO IVYISI NUBUSA GUSA IKIBABAJE UTABIFISE URARA UBUSA
WE ARE THE CITIZEN ISTUN UMUNYAGASHIKANWA & MIKE CHAMPIØN NGZ UMUNYENGOZI
M.N : UWUZOTWIGANA AZOPFUNGWA❌️

👑🧏  iga_kugwanira_Ibikuzanira   😌 Kuko   UMUNEZERO 😒 Ntubihiga  🤗🤔 🧏N.B: N'isi tuzoyihindura🤣ISTUN × ISSA STAMBØY
01/06/2026

👑🧏
iga_kugwanira_Ibikuzanira 😌 Kuko UMUNEZERO 😒 Ntubihiga 🤗🤔

🧏N.B: N'isi tuzoyihindura🤣
ISTUN × ISSA STAMBØY

29/05/2026




time





Address

Gashikanwa

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ISTUN posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share