BIKO NET TV

BIKO NET TV Menya amakuru ukeneye vyoroshe

 Inkuru mbi atari nziza kumuryango ndetse mukibano   Kuruwu wa le 03/Mai/2026Yaraye yitavye imana turahojeje umuryango w...
04/06/2026


Inkuru mbi atari nziza kumuryango ndetse mukibano
Kuruwu wa le 03/Mai/2026
Yaraye yitavye imana turahojeje umuryango wabuze imana ibakomeze muri vyose
Nturengane Udasabiye mwene data kuruhuka amahoro

04/06/2026

ANDIKA MURI COMMENTAIRES

Umuririmvyi Kazi kuva muntara ya niwe nkuru murakanya waruzi kuvyerekeye igiteramo ciwe citrine , muri bangahe mubizi? Wewe wipfuza kwifatanya natwe muguhimbaza IMANA arika muri Coment Ntuma Event

29/05/2026

๐Ÿ˜ƒ

๐Ÿšจ ๐—•๐—ฅ๐—˜๐—”๐—ž๐—œ๐—ก๐—š ๐—ก๐—˜๐—ช๐—ฆ ๐Ÿšจ๐Ÿ“Œ ๐—œ๐—ก๐—ž๐—จ๐—ฅ๐—จ ๐—ฌ๐—จ๐—ž๐—จ๐—ฅ๐—œ ๐Ÿ“Œ๐Ÿคฃ Abadame batatu 3 bโ€™Abanyekongo ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ baguye hasi bavuye hejuru, bavuga ko bariko โ€œbarar...
26/05/2026

๐Ÿšจ ๐—•๐—ฅ๐—˜๐—”๐—ž๐—œ๐—ก๐—š ๐—ก๐—˜๐—ช๐—ฆ ๐Ÿšจ
๐Ÿ“Œ ๐—œ๐—ก๐—ž๐—จ๐—ฅ๐—จ ๐—ฌ๐—จ๐—ž๐—จ๐—ฅ๐—œ ๐Ÿ“Œ
๐Ÿคฃ Abadame batatu 3 bโ€™Abanyekongo ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ baguye hasi bavuye hejuru, bavuga ko bariko โ€œbararogaโ€ ku mutaga ๐ŸŒž๐Ÿ˜…

Amahano yabaye menshi kuko baguye hafi cane yโ€™isoko, abantu baca bakoraniraho baratangara ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ”ฅ
โ€œ

26/05/2026

Olise muri real madrid koko vyoshoboka ?

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Dani Carvajal yaraye akinye urukino rwiwe rwanyuma muri Real Madrid. Mumajambo yo gusezera , Dani Carvajal yagize ati...
24/05/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Dani Carvajal yaraye akinye urukino rwiwe rwanyuma muri Real Madrid.

Mumajambo yo gusezera , Dani Carvajal yagize ati :

ยซ Ndashimiye cane Prรฉsident wacu Florentino Pรฉrez kuko niwe yanzanye ngaha ankuye m'ubudagi ยป

ยซ uyu niwo mugwi twatahukanye Champions League 4 mu myaka 5 .. . Ndashaka yuko twibuka : Cristiano Ronaldo, Iker Casillas, Sergio Ramos, Carlo Ancelotti, Zinedine Zidaneโ€ฆ Muhaguruke hama mubakomere amashi ยป.

ยซ Igenda ryanje riheraheje urunganwe rwatahukanye champions League 3 zikurikirana, Champions League 4 mu myaka 5 . Ubu twese turagiye ariko turashaka kuguma tubona Real Madrid itsinda kandi yongera ikora amateka ยป.

ยซ Hirya y'ejo, uyu munsi ndetse n'iminsi yose ...Hala Madrid. ๐Ÿค ยป.

โœ…๐Ÿ”ตโšช OFFICIEL : Aba bakinyi barangije LaLiga aribo bambere uno mwaka mumice itandukanye :โœ… Lamine Yamal yaraye arangije i...
24/05/2026

โœ…๐Ÿ”ตโšช OFFICIEL : Aba bakinyi barangije LaLiga aribo bambere uno mwaka mumice itandukanye :

โœ… Lamine Yamal yaraye arangije ihiganwa ariwe mukinyi atanze imipira myinshi yavuyemwo ibitsindo.

Lamine Yamal, muri LaLiga yatanze imipira yavuyemwo ibitsindo 11. ๐Ÿ”ฅ

โœ… Kylian Mbappรฉ, yarangije ihiganwa ariwe mukinyi atsinze ibitsindo vyinshi.

Kylian Mbappรฉ, yatsinze ibitsindo 25 ino sezo. Umwaka uheze, yagatwaye atsinze ibitsindo 31.

โœ… Joan Garcia arangije ihiganwa ariwe munyezamu yitwaye neza kurusha abandi bose.

Ino sezo, munkino 45 Joan akinye munkino zose, yinjijwe ibitsindo 42 gusa, inkino 18 zose ntagitsindo yinjijwe.

Muri LaLiga, Joan Garcia ntiyinjijwe igitsindo munkino 15, muri 30 zonyene yakinye.

๐Ÿ›‘๐Ÿšจโš ๏ธ MBEGA UMUKINYI WEWE! Harry Kane yatsinze HAT-TRICK muri finale ya DFB Pokal ahesha FC Bayern Munich igikombe cโ€™Ubud...
23/05/2026

๐Ÿ›‘๐Ÿšจโš ๏ธ MBEGA UMUKINYI WEWE! Harry Kane yatsinze HAT-TRICK muri finale ya DFB Pokal ahesha FC Bayern Munich igikombe cโ€™Ubudagi ๐Ÿคฏ๐Ÿ†๐Ÿ”ฅ
Uwo mupfumu wโ€™ibitsindo amaze gushika ku bitsindo 61 muri iyi sezo mu mahiganwa yose ari kumwe na Bayern ๐Ÿ˜ณโšฝ
Niwe mukinyi wa mbere i Buraya ash*tse kuri iyo mibare kuva muri saison ya 2014-2015 igihe Cristiano Ronaldo yabikora ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ
Ata gukekeranya, Harry Kane ari mu ba NUMBER 9 beza cane iyi generation yigeze kubona ๐Ÿ‘๐Ÿดโœจ
Take a bow, Harry Kane ๐Ÿ™‡โ€โ™‚๏ธ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿ”š๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ LaLiga iheze ku mugaragaro!Amakipe ya Mallorca, Girona FC na Oviedo yamanutse mu cicaro ca kabiri ca Espagne ๐Ÿ˜ขโฌ‡๏ธMuri...
23/05/2026

๐Ÿ”š๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ LaLiga iheze ku mugaragaro!
Amakipe ya Mallorca, Girona FC na Oviedo yamanutse mu cicaro ca kabiri ca Espagne ๐Ÿ˜ขโฌ‡๏ธ
Muri saison iza, ayo makipe azokina muri LaLiga Hypermotion inyuma yo kunanirwa kuguma mu cicaro ca mbere.
Birababaje cane cane kuri Girona, kuko mu myaka iheze yari iri mu makipe yahiganira ibibanza vya mbere ndetse ikanabona tiket ya Champions League ๐Ÿ˜ฎ๐Ÿ’”

Address

Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BIKO NET TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share