McBlizzo

McBlizzo Graphic Designer
Videographer
Photographer
News ENTERTAINMENT

Call us: +254 142 165195
+257 62 896 351

Sat-B  yarabqsize ntari umuririmvyi w'uburundi gusa yabaye uw'africa 🤣🤣🤣🤣 abo tuvyemeeranya muri comentaire  bagabo
30/06/2026

Sat-B yarabqsize ntari umuririmvyi w'uburundi gusa yabaye uw'africa

🤣🤣🤣🤣 abo tuvyemeeranya muri comentaire bagabo

29/06/2026

Ibijanye n'igiteramo ,,,
Lolilo Simba na B-face On The'flo bariko bararaba uko vyifashe gusa nkaho harikuza na Fabelove DA K.SHAN BOY mukagira aka Batle kugira ngo abantu babone neza ko ejo atamikino 🤣🤣🤣 be muvyaza umusaruro ibihe murimwo bagabo muzonshimira munyuma 🤣🤣🤣🤣🤣

Ejo reo ntagusiba bagabo

29/06/2026

Starboy The Sheep kandi ngaho wihoreye hari umusani international mugihugu? Mwe na Edisson Ndayahoze muraba babi 🤣🤣🤣

Umutwenzi festival ejo ubu ibintu nisawa 🔥🇧🇮🔥🔥
29/06/2026

Umutwenzi festival ejo ubu ibintu nisawa 🔥🇧🇮🔥🔥

Kirikou A Kili  yishuye Starboy The Sheep na Edisson Ndayahoze n'abandi batwenze show yiwe ya 🇸🇦  AGIZE ATI: Bwambere nk...
29/06/2026

Kirikou A Kili yishuye Starboy The Sheep na Edisson Ndayahoze n'abandi batwenze show yiwe ya 🇸🇦 AGIZE ATI:

Bwambere nkishika i Bujumbura nabwiwe ngo niko busy niko busy inyuma yaho ndonka Umuvyeyi ankura i Ngozi angurukana Buja , bimpa amahigwe yokuja mumuryango wa Bantu Bwoy… gahoro gahoro ubu nuzuza ama Stade mu Burundi , nahandi nintango ejo canke hirya yejo tuzokwuzuza ama Stade InshaAllah 🙏🏽

Thank you 🙏🏽🇸🇦❤️

28/06/2026

Manager wa Axel Merryl yemeje ko ino ndirimbo niyakwiza challenge 20Milles kuri tiktok bazoca bakora video na TG OMORI Umu Director wambere muri Africa ndtse no muri Nigeria niwe bubaha 😃😃😃🤣🤣 twagiye rero nkabarudi tumufshe Sat-B azotuzanire collabo mpuzamakungu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥

28/06/2026

Ngo bari baje kurya agafoto na Bagenda batakariye none bateye induru babasubize ayo Batanze kugira bxane Mubarabu 🤣🤣🤣🤣🤣

Ibintu biraza nabi ndakurahiye 🤣🤣🤣🤣

Sat-B yaragize amahirwe ariko arahura nabaririmvyi bakomeye mubihugu vyabo ndetse no muri Africa muri Nigeria ubu tuvuga...
28/06/2026

Sat-B yaragize amahirwe ariko arahura nabaririmvyi bakomeye mubihugu vyabo ndetse no muri Africa muri Nigeria ubu tuvugan hagiye kuboneka indirimbo izohuza umurundi numu nya BENIN ariwe Axel Merryl 🇧🇯🇧🇯🇧🇯🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Indirimbo izoza yitwa UPUPU 🤣🤣

  Aravyongana 🤣🤣 ibaze kuvuga ko kugira Starboy The Sheep yurire indenege ngo arinda gufukama 🤣🤣🤔🤔 Mugabo Tubisubiyemw i...
27/06/2026

Aravyongana 🤣🤣 ibaze kuvuga ko kugira Starboy The Sheep yurire indenege ngo arinda gufukama 🤣🤣🤔🤔

Mugabo Tubisubiyemw irya si Show Ni Aniversaire 🤣🤣

27/06/2026

UYU MUGORE KO ARIKO ARAKURUBANA Sat-B ARAMUZI ? CANKE NAWENYENE YARONSE UMU MAMAN NKA Ndayahoze wa ODETA 🤣🤣

Address

Bujumbura

Telephone

+25762896351

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when McBlizzo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to McBlizzo:

Share

Category