Nyishu Studio

Nyishu Studio Bujumbura—Burundi

21/12/2023

Rekane niyo mitima mibi umwe wese akore Ico ategerezwa gukora destine na Dorcas ntavugishe benshi ibitarivyo

  NYISHU STUDIO+257 61 150 376
18/11/2023

NYISHU STUDIO
+257 61 150 376

01/11/2023

Nyishu Studio

Ntiducudike n'isi "Yakobo 4:4" Ico Nico civugo kigize igikorane mpuza mashengero ya Emmanuel mu Burundi Aho kiriko kirab...
11/08/2022

Ntiducudike n'isi "Yakobo 4:4"

Ico Nico civugo kigize igikorane mpuza mashengero ya Emmanuel mu Burundi Aho kiriko kirabera i Magara muri komine Bugarama intara ya Rumonge.

Neza na neza kikaba gitanguye kuri uyu wakane igenekerezo rya 11/08/2022 igihe c' isaha cumi na zibiri z'umigoroba (18hoo) .

Gusengera ikibanza nabaraho no kwerekana indirimbo zitandukanye muburyo bwa projecteur nivyo vyatanguriye ico gikorane.

Ico gikorane kikaba kizobandanya no k'umusi w'ejo kuva igihe c'isaha zitandatu zumuhingamo (12hoo).

Ishengero rya Emmanuel Ruharangoma ari naryo ryakiriye ico gikorane rikaba rihamarira Abo Bose bipfuza kwakira agakiza.

Magara Times TV tukazoguma tubamenyesha uko biriko birakwirikorana kugeza ku munsi wa Mungu.






studio

14/07/2022

Tjrs Studio

14/07/2022

Tjrs studio

Jtrs Nyishu Studio Nubu turahari
14/07/2022

Jtrs Nyishu Studio
Nubu turahari

02/07/2022
Tjrs  Studio
06/05/2022

Tjrs Studio

Ntimwitinye   Studio irabambikira abantu bose bipfuza kuberwa kumanza nzabo ikanakotesha ibikoresho vyimanza ikakotesha ...
02/02/2022

Ntimwitinye Studio irabambikira abantu bose bipfuza kuberwa kumanza nzabo ikanakotesha ibikoresho vyimanza ikakotesha imvutano ikanzu za mariage imvutano ama costume ama calvati nibindi nibindi bikoresho bikenerwa kumamanza atandukanye akabirya rero irafse n'aba tailleur babifisemwo uburambu
Studio 71 223 512 #61 150 376

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nyishu Studio posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share