Gaga Photography GP

Gaga Photography GP Photography is my passion

  mu BURUNDI honyene niho uzohasanga ivyiza nk'ibi.Call me  Whatsap number and simple number +257 69 513 923Mpamagara du...
07/11/2022

mu BURUNDI honyene niho uzohasanga ivyiza nk'ibi.
Call me

Whatsap number and simple number +257 69 513 923
Mpamagara dukore akazi,💪💪

  it's was so fire🔥🔥🔥 I like the way aba bantu bavuza ingoma kuburyo n'abazungu bipfuza kuguma iwacu i BURUNDI.Call me  ...
07/11/2022

it's was so fire🔥🔥🔥 I like the way aba bantu bavuza ingoma kuburyo n'abazungu bipfuza kuguma iwacu i BURUNDI.
Call me

Whatsap number and simple number +257 69 513 923
Mpamagara dukore akazi,💪💪

 ?🤔Ukwo ufata minenegwe urubanza gwawe canke urubanza rwanyu mu kugira budget iri hasi cane mubijanye n'ama photos canke...
29/05/2022

?🤔
Ukwo ufata minenegwe urubanza gwawe canke urubanza rwanyu mu kugira budget iri hasi cane mubijanye n'ama photos canke vidéo (Photographie & Vidéographie), erega niko uzosanga amashusho y'imanza zanyu adasa neza nk'uko muba muvyipfuza.
Na kare baca umugani mu kirundi ati: " 👌
Mugihe mwotwizera kurico gikorwa, hama mukaduha akazi tukabakorera urubanza rwanyu, nukuri turabemereye ko mutazokwicuza kubona mwatwizeye kuvyereke amasanamu📷📹






☎️ +257 69 513 923
📱 +257 75 102 006

!!!!!

Page hamwe na compte vya Gaga Photography bikaba vyasubiye mubiganza vyacu.Ni mugihe twari tumaze igihe kitari gito twar...
19/05/2022

Page hamwe na compte vya Gaga Photography bikaba vyasubiye mubiganza vyacu.
Ni mugihe twari tumaze igihe kitari gito twaribwe compte camwe na page none ubu Imana yabikoze turabigarukana, ndashimiye umuntu wese yashoboye kumfasha kugira ngo bikunde tugarukane iyi compte nongera nshimira mwese mwagize ico mukoze.
Hama mubandanye munshigikira nkuko mwamye mubikora, kuwukeneye ko tumufasha urubanza rutandukanye: , , , , ,... ivyo vyose ni kugiciro kitavuna, numero yanje ni yayindi nyene.

+257 69 513 923
+257 75 102 006

Ntiwibagire kugira like kuri page yanje kubwo kunteza imbere🙏🙏🙏

Hello ms amis, Gaga Photography arahari kubwanyu, mpamagara dukore ibintu vyiza,75102006 whastap, 69513923 call isanzwe,...
19/12/2021

Hello ms amis, Gaga Photography arahari kubwanyu, mpamagara dukore ibintu vyiza,75102006 whastap, 69513923 call isanzwe, welcom bzz

Helloooooo my people murakomeye?N'ubu ndacategereje ko mumpamagara nze dukore umuti hama mutwike amajini kuma social med...
05/10/2021

Helloooooo my people murakomeye?
N'ubu ndacategereje ko mumpamagara nze dukore umuti hama mutwike amajini kuma social media.
: +257 75 102 006
: +257 69 513 923
Call me

The monster Gaga photographe gp call me dusubire dukore ibintu bisa neza,love all u surport me👌
29/09/2021

The monster Gaga photographe gp call me dusubire dukore ibintu bisa neza,love all u surport me👌

 Dutwike amajiniBabana tubereke ko photograpy irenze birya biyumvira      mubikore muri rwarukundo mwama munyereka
09/07/2021


Dutwike amajini
Babana tubereke ko photograpy irenze birya biyumvira
mubikore muri rwarukundo mwama munyereka

Hello my people murakomeyeNdagarutse kandi ubutagisubira inyuma Hama dukore umutiUnkeneye nyandikira kurizo numero tuvug...
07/07/2021

Hello my people murakomeye
Ndagarutse kandi ubutagisubira inyuma

Hama dukore umuti
Unkeneye nyandikira kurizo numero tuvugane.
+25775102006 Whatsapp number
+25769513923 Call number

 Hama dukore umutiUnkeneye nyandikira kurizo numero tuvugane.+25775102006 Whatsapp number+25769513923 Call number
22/03/2021


Hama dukore umuti
Unkeneye nyandikira kurizo numero tuvugane.
+25775102006 Whatsapp number
+25769513923 Call number

Call me GagaPotography+257102006 Whatsapp number+25769513923 Call number
07/03/2021

Call me GagaPotography
+257102006 Whatsapp number
+25769513923 Call number

Hellooo guys?I miss you 💋
06/03/2021

Hellooo guys?
I miss you 💋

Address

28 Novembre
Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 20:00
Tuesday 08:00 - 20:00
Thursday 08:00 - 20:00
Friday 08:00 - 20:00
Saturday 10:00 - 19:00
Sunday 15:00 - 19:00

Telephone

+25775102006

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gaga Photography GP posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category