28/03/2022
Hello guys mumeze neza?nagomba kubamenyesha ko compte yanje ya Grâciella Ndayikunda hamwe na Page yanje ya Gaga Photography (GP) vyarashoboye kwibwa n'abagizi ba nabi nubu bataramenyekana ndetse na page baca barayifuta rero ndabasaba gusubira kunshigikira muri rwarukundo nyene mwamye munyereka mukugira like kuriyi page nshasha no gusubira kunyemerera ubugenzi kuyindi compte nshasha murakoze bagenzi banje
Numero ni zazindi nyene
+257 69 51 39 23
WhatsApp Number +257 75 10 20 06