Impano Videoz

Impano Videoz Société ya ifise studio ifotora no gukamera kugiciro gishimishije amasanamu. Impano Videoz votre maison pour produire vos videos professionnels.

Ensemble, on peut aller loin

08/05/2026

Impression A2, A3, A4, A5 et A6 de vos photos à un bon prix!
Soyez les bienvenus!

16/04/2026
06/02/2026

🍷 Lancement & promotion d’une nouvelle gamme de vins raffinés « Imagine et Artalis », de standard international de la Société BLACK GENERAL LTD, spécialement pour vos amoureux ❤️ — disponibles à des prix promotionnels.
📍 MIKI
⏰ À partir de 15h
🎟️ Entrée : 10.000 Fbu
👉 Un seul endroit. Une seule date. Une Saint-Valentin inoubliable. 💕

31/10/2025

Inkuru zidasanzwe ziri ng’aha !
🎬✨ Sangira natwe urukundo rw’amasanamu ! ✨🎥

Ukunda indirimbo, cinéma, n’ibindi bikorwa vy’ubuhinga?

Wipfuza gukota 🎞️ ibikoresho mfatamasanamu bitakugoye?

Kaze muri IMPANO VIDEOZ !
Contact: +257 61 88 53 77

📲 Kanda hano kugira uje muri channel ya WhatsApp :
👉 https://whatsapp.com/channel/0029Vb6LLHQHbFV2pi3Dod3s

🎥 IMPANO VIDEOZ – Aho ubuhinga buhurira n’ivyiyumviro !

26/10/2025

Umuziki wa Gospel uguma uvyara ibindi bihangage,inyuma y'abaririmvyi tuzi bakoze amateka, haje uwundi ariko abikora neza cane,

OLIVIER FIGGA agiye gushira ahabona indirimbo nshasha yiwe PERFECT nk’uko tubibona.
Ni 01/11/2025.

Raba vyose uko vyagenze muriki gice ca MUSANIWABO!!!
29/04/2025

Raba vyose uko vyagenze muriki gice ca MUSANIWABO!!!

MUSANIWABO ni sinema nshasha muzohora muraba biciye kuri runo rubuga rwa youtube.Mucubahiro canyu kuwo vyoshobokera mu kuduterintege nogushigikira ibindi bic...

UVUGA UTARABONA!!!🤔Niwirabire ibitangaje muriyi film MUSANIWABO!!!
20/04/2025

UVUGA UTARABONA!!!🤔
Niwirabire ibitangaje muriyi film MUSANIWABO!!!

MUSANIWABO ni sinema nshasha muzohora muraba biciye kuri runo rubuga rwa youtube.Mucubahiro canyu kuwo vyoshobokera mu kuduterintege nogushigikira ibindi bic...

MUSANIWABO!!!Ngiyo irabashwayemwo.Nikwakundi yose kuri YouTube channel ya IMPANO VIDEOZ
06/04/2025

MUSANIWABO!!!

Ngiyo irabashwayemwo.
Nikwakundi yose kuri YouTube channel ya IMPANO VIDEOZ

MUSANIWABO ni sinema nshasha muzohora muraba biciye kuri runo rubuga rwa youtube.Mucubahiro canyu kuwo vyoshobokera mu kuduterintege nogushigikira ibindi bic...

29/03/2025

MUSANIWABO!!!

Ngiyo irabashwayemwo.
Nikwakundi yose kuri YouTube channel ya IMPANO VIDEOZ

Igikorwa cumutse kabisa✅, iyo film MUSANIWABO niyotugiyekubashikiriza mumisi mike.Izohora ica kurubuga rwa IMPANO VIDEOZ...
27/03/2025

Igikorwa cumutse kabisa✅, iyo film MUSANIWABO niyotugiyekubashikiriza mumisi mike.
Izohora ica kurubuga rwa IMPANO VIDEOZ kuri YouTube

Address

Kinama
Bujumbura
257

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Impano Videoz posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Impano Videoz:

Share