Ndikumwenayo Ezéchiel

Ndikumwenayo Ezéchiel C'est après avoir cassé ton chariot qu'on t'indiquera par où il fallait passer!!!

Remise des diplômes au Lycée Notre Dame de Lourdes RUMEZA. Félicitations à mes petits frères et sœurs du Lycée mon ancie...
26/03/2022

Remise des diplômes au Lycée Notre Dame de Lourdes RUMEZA. Félicitations à mes petits frères et sœurs du Lycée mon ancienne école. Merci à l'équipe des différentes promotions qui ont fréquenté le dit lycée qui avons été sur les lieux.

Buri wa 08 Ruheshi hagiye kwama Ari umusi wo kwibuka uwahoze afongiye Uburundi Petero NKURUNZIZA.
07/06/2021

Buri wa 08 Ruheshi hagiye kwama Ari umusi wo kwibuka uwahoze afongiye Uburundi Petero NKURUNZIZA.

Aberwa n'igisata c'ingenzi bahamagarirwa gushira inguvu hamwe kugira ngo hatezwe imbere igisata c'ingenzi biciye mugutun...
22/12/2020

Aberwa n'igisata c'ingenzi bahamagarirwa gushira inguvu hamwe kugira ngo hatezwe imbere igisata c'ingenzi biciye mugutunganya neza ivyo bibanza biciye mukubisanura n'ukubironsa abahingababikoreramwo babishoboye. Bivugwa n'umuyobozi mukuru w'igisata c'imico k**a n'ubuhinga mu bushikiranganji bujejwe iyinjira ry'uburundi mu muryango wa Afrika y'ubuseruko, urwaruka n'imico k**a mu gihe kuri uyu wa mbere hashirwa ahabona igitabu kirimwo inyubakwa za kera zifise insiguro muri kahuse n'igihugu.
Bamwe mu bitavye iyo nama bakabona ko itunganwa ry'ivyo bibanza ryojamwo ubwitonzi kuko harivyo usanga vyataye insiguro vyahorana bigatuma atangenzi zisubira kubihurumbira. Professeur Emile MWOROHA umwigisha muri za Kaminuza ari mu bahinga batororokanije izo nyubakwa zigera kuri 51 avuga ko igisata c'ingenzi gishobora kuzanira akunguko kanini igihugu mu gihe ibikorwa bitunganijwe neza.

03/12/2019

Address

12 ème Avenue
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ndikumwenayo Ezéchiel posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category