Media party Team

Media party Team Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Media party Team, Photography Videography, Buyenzi.

Ntimwibagire kugira _   _   _   Kugira mugume mubona ibikogwa vyacu
11/01/2023

Ntimwibagire kugira
_
_
_
Kugira mugume mubona ibikogwa vyacu

GUTANGA BITERA UMUGISHA KANDI UKORA INEZA UKAYISANGA IMBERE

18/02/2022
23/08/2021

IHIGANWA " NTUGIRE UBWOBA"

Igice gihereza icanyuma camaze gutangura. Mu gushigikira umuririmvyi wawe wahisemwo AUDREILLE ISHIMWE gira J'AIME/ LIKE, PARTAGE/SHARE hama wandike izina ryiwe muri commentaire.

Amashimwe Voice, irabatumiye mwese gushigikira Abaririmvyi BASHASHA kandi baririmba neza indirimbo zo Guhimbaza Imana.

17/05/2021
13/05/2021

Passion ni film yakinywe nurwaruka ruri mw,ITERA RYUMUTIMA aho rutuyagira muriyo film inkuru yumusore (john) yashoboye gutegura kazoza kiwe biciye mukintu ya...

  à 17h00 IFB
03/05/2021

à 17h00 IFB

Hello mumeze neza ??  “Karibu kuwakane itariki 6 zukwagatanu mwirabire i film yateguwe n'ITERA RY'UMUTIMA kuri IFB isaha...
30/04/2021

Hello mumeze neza ?? “Karibu kuwakane itariki 6 zukwagatanu mwirabire i film yateguwe n'ITERA RY'UMUTIMA kuri IFB isaha 17h 00 kandi kwinjira nikubuntu kandi hazoba harabanyamahanga bazobereye ibijanye na cinematography bazoba baje kuyimurika murahawe kaze ntawukumiriwe murakoze cane

Address

Buyenzi

Telephone

+25762382740

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Media party Team posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share