FORCE TV 1

FORCE TV 1 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from FORCE TV 1, Photographer, Gitega.

FORCE STUDIO and FORCE IM
-TURAFOTORA IMANZA ZITANDUKANYE
-MARIAGE; Dot; Anniversaire
-PHOTOs SHOOT
-PHOTOS ZO KUGITAMBARA
-ADRESSE NGOZI IMBERE YA INTER BANK
MURI EDEN
/call +25761163764 or 62918705
https://www.instagram.com/forcestudio1?igsh=

🔴🌴: Umumenyesha makuru Theodord yabajije Jean Claude Girumugisha🇧🇮 asa n'uwutevya gato ati: "Nigute wirinda ziriya NDANG...
23/07/2026

🔴🌴: Umumenyesha makuru Theodord yabajije Jean Claude Girumugisha🇧🇮 asa n'uwutevya gato ati: "Nigute wirinda ziriya NDANGAMIZWA z'Abakobwa muri kiriya gihugu🇷🇼 konzi hariya hari Abigeme bakunda abagezweho cane nkamwe?"

Umuvuga butumwa GIRUMUGISHA yishuye agira ati:" Buriya munyamakuru je barya bambona ndi gukina hariya kukibuga gusa, Mpeza gukina nifatira agasaho kanje niruku kwiryamira kuko ndazi ivyabaye kuri bakuru banje ba Big Fizzo nanje nsinshaka ko vyonshikira ndirinda cane".

Ubwo uyu musore ntiboba babona ko ariko arahemukira inkumi zomuri kiriya gihugu c'Ababanyi kwanka kuzikunda?

Kanda Follow kuri •FORCE TV1• twibanire buri kanya muyagezweho.

🚨🔥 ABANTU BENSHI BARIKO BARASABA NGO: “Kylian Mbappé   D’OR!” 🏆👀📊 Ivyaranze saison ya Kylian Mbappé:✅ 🥇 Umutsindo wa mbe...
23/07/2026

🚨🔥 ABANTU BENSHI BARIKO BARASABA NGO: “Kylian Mbappé D’OR!” 🏆👀

📊 Ivyaranze saison ya Kylian Mbappé:

✅ 🥇 Umutsindo wa mbere mu gutsinda ibitsindo vyinshi muri Coupe du Monde 🌍⚽
✅ 🥇 Umutsindo wa mbere mu gutsinda ibitsindo vyinshi muri Ligue des Champions ⭐
✅ 🥇 Umutsindo wa mbere mu gutsinda ibitsindo vyinshi muri La Liga 🇪🇸⚽

🔥 Imibare ya Mbappé iratangaje cane, ariko hari ikibazo abantu bariko baraharirako:

🤔 Mbega saison idafise igikombe gikomeye c’ikipe irashobora gutuma umukinyi atwara Ballon d’Or?

❌ Nta gikombe gikomeye c’ikipe yatwaye muri iyi saison.
✅ Ariko ku giti ciwe, yakoze ibintu bidasanzwe: yatsinze ibitsindo vyinshi kandi ashiraho n'amateka mashasha.

🏆 Mwebwe mubibona gute? Kylian Mbappé arakwiye gutwara Ballon d’Or uyu mwaka?

👍 Ego — Arakwiye
👎 Oya — Ntibikwiye

💬 Twandikire ico wiyumvira n'impamvu ubona ari vyo! 🔥

🎤🔴   🇧🇮🚘 : 𝗜𝗺𝗽𝗮𝗿𝗮𝘁𝗶 y'uruDome "𝐍 𝐀" yamaze gushika iBujumburaNi 𝗛𝗔𝗥𝗜𝗬𝗔 nawe ni ryari? 🤷‍♂️💰Iyi modoka ya Toyota Harrier ...
22/07/2026

🎤🔴 🇧🇮🚘 : 𝗜𝗺𝗽𝗮𝗿𝗮𝘁𝗶 y'uru
Dome "𝐍 𝐀" yamaze gushika iBujumbura
Ni 𝗛𝗔𝗥𝗜𝗬𝗔 nawe ni ryari? 🤷‍♂️💰

Iyi modoka ya Toyota Harrier iri mu
Zizimvye cane ziboneka mu mabarabara
Y'igisagara ca Bujumbura. N'aho igiciro
Cayo gishobora kurenga 𝟭𝟱𝟬.𝟬𝟬𝟬.𝟬𝟬𝟬𝗙𝗕
Hamaze kuboneka imparati zayo zifise
Urudome "N A".

Nimba uyikunda, andika gusa uti :
"Inshallah igihe canje kizogera?" 🚗💭

🚨 NTIBISANZWE 👀😤 : Michael Olise yanse kuja guhura n'umwana yavyaye kumu ex wiwe!✅ Umugore w'umudagi w'imyaka 34 yitwa F...
22/07/2026

🚨 NTIBISANZWE 👀😤 : Michael Olise yanse kuja guhura n'umwana yavyaye kumu ex wiwe!

✅ Umugore w'umudagi w'imyaka 34 yitwa Fatima Zaunbrecher yatangaje ko se w'umwana wiwe w'amezi 20 ari Julian Alvarez.

Uno mugore avuga ko yahuye na Olise muri 2022, akundana nawe imyaka 2.

Yamenye ko afise imbanyi haciye amezi 2 batandukanye ariko ibipimo vyo kuraba abavyeyi b'uwo mwana vyemeje ko Olise ari se w'umwana.

Olise yaremeye uno mwana ariko yaranse guhura nawe canke kumwitaho.

Uno mugore avuga ko atarigera na rimwe aronka amafaranga avuye kwa Olise yo gufasha umwana yari yategetswe n'abacamanza.

[ BILD ]😤

🛑🚨⚠️BREAKING: VINI JR yibagishije, ahindura isura  🤯Ejo muri Brazil, VINI JR Yakorewe operation ya "  CHIN HARMONIZATION...
21/07/2026

🛑🚨⚠️BREAKING: VINI JR yibagishije, ahindura isura 🤯

Ejo muri Brazil, VINI JR Yakorewe operation ya " CHIN HARMONIZATION" aho bamubaze mu maso, bagabanya ubunini, bongera baringaniza isura yiwe muri rusangi kugira agaragare neza

Murabona ko yahindutse mu maso kandi yaciye atereka ubwanwa....

WOW yahindutse, ntasa nka VINI JR twari tuzi..

Birababaje 💔

‎🔵🔴 😱💰Manchester City bivugwa ko yiteguriye gutanga miliyoni 170 z'ama-euro (€170M) kugira ngo igure Fermín López muri F...
21/07/2026

‎🔵🔴 😱💰Manchester City bivugwa ko yiteguriye gutanga miliyoni 170 z'ama-euro (€170M) kugira ngo igure Fermín López muri FC Barcelona. 😳🔥
‎Umumenyereza Enzo Maresca ngo arakunda cane uburyo Fermín akinana inguvu, atsinda ibitsindo kandi agakorana ishaka ryinshi. Ayo mahera ni menshi cane ku buryo ishobora gutuma ubuyobozi bwa Barça busubira kwiyumvira ku mukinnyi bwahora bubona ko adakorwako ariko ngo ntabwo biteze kumugurisha💙❤️


🔴🔛🫵 Birakomeye cane munzu yera:Nk'uko Radio MARCA ibivuga, Rodri 🇪🇸 ngo yiteguye kongera gushira igitutu ku bamuserukira...
21/07/2026

🔴🔛🫵 Birakomeye cane munzu yera:
Nk'uko Radio MARCA ibivuga, Rodri 🇪🇸 ngo yiteguye kongera gushira igitutu ku bamuserukira kugira ngo bamufashe gush*tsa indoto yiwe yo kwimukira muri Real Madrid, inyuma y'ibirori vyo guhimbaza igikombe c'isi.

☀️ Amakuru avuga ko Rodri yiyemeje Gukora ibishoboka nibidashoboka ngo mpaka yinjire muri Real Madrid C.F.

Rodri ngari Gukora cane ngarangiza iyo transfert, kandi ko agiye gukora iyindi ntambwe kugira ngo yinjire muri Real Madrid.

❓ Kubwawe ubona Florentino Pérez akwiye kuzana Rodri muri Santiago Bernabéu akamufasha kunyiganyiza isi na cane cane mugutwara ibikombe Vyose uno mwaka ko Special One yiyemeje gusubiza agateka Real Madrid ✅!!!!
❤️ EGO canke😮 OYA

🔵🔴 inyuma yaho Miguel Angel gil umuyobozi wa Atretic Madrid avugiye Yuko Julian Alvarez ataguzwa ❌ Ubu tuvugana Deco dir...
21/07/2026

🔵🔴 inyuma yaho Miguel Angel gil umuyobozi wa Atretic Madrid avugiye Yuko Julian Alvarez ataguzwa ❌

Ubu tuvugana Deco directeur sportif wa Fc Barcelone yimukiye kuri uyu mukinyi Harry Kane wa Bayern Munich kugira Abe ariwe aza gukina kunimero 9 mumurwi wa Fc Barcelone ✅

Nkuko bivurwa nikinyamaku diaro sports ngo uyu mukinyi Fc Barcelone igomba kumugura amafaranga imillioni 65€ zamayero ✅🤔

Kandi abaguma bavuga Yuko Julian Alvarez azokinira umurwi wa Fc Barcelone sivyo bariko barabesha❌

Nimba ushaka kumenya amakuru agezweho Kandi yizewe kora kwiyi page

🚍🚃 Turabashimiye kubashoboye gushika muriki kibanza no kumuntu wese yaje murururugendo turashimiye abashoboye kudushigik...
21/07/2026

🚍🚃 Turabashimiye kubashoboye gushika muriki kibanza no kumuntu wese yaje murururugendo

turashimiye abashoboye kudushigikira, dushimira abatashoboye kuhagera, dushimira abandi bazoza murugendo tuzi mugusubira tubasaba kuza muri benshi dusangire umunezero mwinshi twese

27/06/2026

Uyu Muhungu VICHOU KINTANA 󱢏?yifatiye mugahanga ivyamamare vya Comedy mugisagara ca NGOZI harimwo nka Chaggy Le Comédien na Mr Yves na TMG😳🥲

Address

Gitega

Telephone

+971507422191

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when FORCE TV 1 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to FORCE TV 1:

Share

Category