Ultra Studio

Ultra Studio Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ultra Studio, Photographer, Burundi, Gitega.

Ultra Studio 📸Kubantu mukeneye ama souvenir yama photo meza murahawe ikaze cane gose!  waba ufise annif, dot , Marriage ...
31/03/2026

Ultra Studio 📸
Kubantu mukeneye ama souvenir yama photo meza murahawe ikaze cane gose!

waba ufise annif, dot , Marriage nizîd manza karibu cane gose vyose turabikora

Dukorera mu Bwiza kurya 1 no 48

Tel 68 33 65 31 ou 65720130

Tayar mbappe ndamufashe😂😂😂🤣🤣Niyo mpamvu real madrid yigenz neza atarimwo😂😂😂😂
23/03/2026

Tayar mbappe ndamufashe😂😂😂🤣🤣
Niyo mpamvu real madrid yigenz neza atarimwo
😂😂😂😂

Ubwiza burarenze weee😍😍That why nama mbabwira, juste gufata akanya kawe ugashika mur Ultra Studio nukur ntuba uhomvye ub...
23/03/2026

Ubwiza burarenze weee😍😍
That why nama mbabwira, juste gufata akanya kawe ugashika mur Ultra Studio nukur ntuba uhomvye ubika , ubuto bwawe ubika ibihe vyawe
Muri make ifoto nikintu cingenzi mubuzima iyo bigeze kuri kahise kawe

So karibu cane babantu mufise imanza mukifuza amafoto meza ,
Yaba annif, dot , marriage , Graduation etc
Ultra studio ihari kubwanyu

Tel : 68 33 65 31 ou 65720130
Atamwebwe nta twebwe

In name of Jesus aba bana batazoduhotoza umunezero😍Ultra Studio  First over iguma ibashimira ukuntu mwama muyizera n'ejo...
18/03/2026

In name of Jesus aba bana batazoduhotoza umunezero😍

Ultra Studio First over iguma ibashimira ukuntu mwama muyizera n'ejo karibu!

Kandi abana ubu n'ukubaha utuntu twabo bagafotogwa k'ubuntu kuko batera Imigisha so muri ready kubazana?😂😂😂

Tel ngiyo 68336531 ou 65720130
😂😂😂 umurongo wuguruye amasaha yose 24h

Ubuzima rimwe na rimwe buraryoshwa nicibutso kandi icibutso niwe ukigena, ehe fata akanya nawe uze mur Ultra Studio o ub...
17/03/2026

Ubuzima rimwe na rimwe buraryoshwa nicibutso kandi icibutso niwe ukigena, ehe fata akanya nawe uze mur Ultra Studio o ubike icibutso cawe😍

Ndabibutse ko no kubafise imanza zitandukanye mwoshobora kwitura ikabibafashamwo mwifuza amasanamu meza cane karibu gose duhari kubwanyu.

_Diplôme,Anniversaire, Dot et Marriage karibu cane gose

Tel 68336531 ou 65720130

😍😍😍😍Ehe ukuntu uyumwana azokura y'ishimira umuvyeyi wiwe ukuntu yamubikiye ubuto bwiwe muri souvenir photo😍😍Rega nawe um...
14/03/2026

😍😍😍😍
Ehe ukuntu uyumwana azokura y'ishimira umuvyeyi wiwe ukuntu yamubikiye ubuto bwiwe muri souvenir photo😍😍

Rega nawe umwana wawe vyomubera!
Kubifuza uduphoto nkutu ngira adresse murayizi
Karibu mur Ultra Studio kubakeneye photo shoot abakeneye photo zisanzwe n'imanza zitandukanye ni Mu Bwiza Av 1 no 48

Tel 68336531 ou 65720130
kubwanyu

Ubwiza burarenze 🖐🖐Ndayamanitse N'ubu ndaha kubwanyu kubantu mwifuza photo studio nziza eka namwe mufise imanza zitanduk...
13/03/2026

Ubwiza burarenze 🖐🖐
Ndayamanitse
N'ubu ndaha kubwanyu kubantu mwifuza photo studio nziza eka namwe mufise imanza zitandukanye karibu ni muri Ultra Studio Adresse niyayindi nyene

Naha Bwiza Av 1 no 48
Tel 68336531 ou 65720130

This guy vrt Bro uri fantastique vrt🖐Ndayamanitse So Lady and Gentleman ahuri hose wipfuza photo nziza ya shoot cank pho...
13/03/2026

This guy vrt
Bro uri fantastique vrt🖐
Ndayamanitse

So Lady and Gentleman ahuri hose wipfuza photo nziza ya shoot cank photo zimanza zitandukanye igisubizo kiri aha si we andikira izo numero ubona musi ibisigay bica vyikora😂😂😂

Ultra Studio ikora uko ishoboye kubwanyu
Tel 68336531 ou 65720130

Ehe babana banyu ingene baba batesa bishikiye mubwami bwa Ultra Studio Nawe umwana wawe arakwiriye aga souvenir nkaka ku...
12/03/2026

Ehe babana banyu ingene baba batesa bishikiye mubwami bwa Ultra Studio
Nawe umwana wawe arakwiriye aga souvenir nkaka kuko ngo ata photo ntacabaye😍

Kaze mwese kubifuza ama photo meza yaba ayimanza zitandukanye cank photo studio
Ultra studio ikorera Bwiza Av 1 no 48

Tel 68336531 ou 65720130

Basi ukunt umus wawe ugera ariko ukirengagiza kwifotoza aga photo uzohora wibukorako umusi Imana yaguter iteka ikakonger...
11/03/2026

Basi ukunt umus wawe ugera ariko ukirengagiza kwifotoza aga photo uzohora wibukorako umusi Imana yaguter iteka ikakonger undi mwaka wo kubaho😒😒
burya wibaza ko utazobibazwa?😂😂😂

Okain tugaruke aha iwacu rero kubantu mwifuza ama photo meza cane yaba aya shoot cank imanza zitandukanye karibu mur Ultra Studio ubike photo nziza zishimishije

Call us on 68336531 or 65720130

Enjoy your day na Ultra Studio   Kubantu mwifuza photo nziza Mukabika souvenir zanyu nez Karibu ntahand ni mur ultra stu...
10/03/2026

Enjoy your day na Ultra Studio
Kubantu mwifuza photo nziza
Mukabika souvenir zanyu nez
Karibu ntahand ni mur ultra studio

Dukorera Bwiza Av 1 no 48
Tel 68336531
65720130
67329434
Hamwe na ultra studio tubike souvenir nziza
Welcome guys

Ultra Studio The way, rero ukuntu uwo mwana wawe ari mwiza san ariko ukamubanira kuza kumufotoza ubundi mushaka abana ba...
06/03/2026

Ultra Studio
The way, rero ukuntu uwo mwana wawe ari mwiza san ariko ukamubanira kuza kumufotoza ubundi mushaka abana banyu bakure nkabakuriye muntambara? hamwe atavyibutso vyama photo meza bazogira? Rega ubu mwese muri abasirimu kuko ahar amahoro umuhoro uramwa

So karibu cane rero tubibafashe dukorera aha mu Bwiza kurya 1 no 48

Tel ni 68336531 ou 65720130
Kand aga couplé ka bien harabamwo promotion mukwifotoza

Address

Burundi
Gitega
00000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ultra Studio posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ultra Studio:

Share

Category