04/05/2026
Ingozi
Ahitwa kwahambari ! Harimodoka yo mubwokobwa Probox itwaya Bantu muntara ya muyinga yahiy iratokombera two bamenyeshako .iyo modoka mubantu Bari bayirimwo ko ! Atawahasiz ubu zima cnk ngahakomerejere ! Igiporisi cazanye. Imodoka yokuzimya. Ariko biba impfabusa .