Sammy Picture's

Sammy Picture's Sammy Picture's

   YIPFUZA UBUFASHA BWANYU / UBUTUMWA BWA INGABIRE DODO GICALLEN'amahoro neza? Nitwa INGABIRE Dodo Gicalle (Shammah)  nd...
03/03/2023




YIPFUZA UBUFASHA BWANYU / UBUTUMWA BWA INGABIRE DODO GICALLE

N'amahoro neza? Nitwa INGABIRE Dodo Gicalle (Shammah) ndi umurundikazi , mfise imyaka 16 nkaba niga muri Paramédical Abamajusi yo mw'i Jabe (Bujumbura-Mairie) mumwaka wa kabiri nkunda gusoma cane hamwe no gutamba.

Kuvyukuri ubu ntakintu ngikora biturutse kundwara mfise kuva mukwezi kwa cumi na rimwe (Munyonyo) 2022. Ndwaye tumeur iri hagati y'ihaha ry'iburyo hamwe n'uruti rw'umugongo (Colonne vertébrale). Irambangamiye ndetse inambabaza ku rwego rudasanzwe pe ku buryo no gutambuka ntagitambuka, kuryama sinkiryama abaganga bambwiye ko nintashobora kwivuza hakiri kare nshobora kuba paralysé ubuzima bwanje bwose.

Ngaha Mugihugu cacu bambwiye ko bizonsaba kuja hanze kwivuza kuko ngaha atabushobozi bafise bwo kumvura ikibazo gihari ni amafranga angana n'ibihumbi 20 vy'amadoraro y'abanyamerika (20.000$) nsabw akugira nje kwivuza. Umuryango wanje ntabushobozi ufise bwo kuronka ayo mafranga kugira ngo ushobore kwifasha ukandungika hanze kwivuza.

Ncuti bagenzi,nukuri ndabasavye mumfashe kuwoba ari n'ico ashobora kumfasha mu buryo bw'amafranga muzoba mukoze nshobore kujanwa kwivuza ndi muburibwe bidasanzwe nukuri.

Mbaye ndashimira uwo wese agiye kugira akigoro mugutabara ubuzima bwanje Imana Ibahezagire.

Kuwumva yogira ico aterereye ushobora kurungika agatererano kanyu kuri Lumicash 61606746 kwizina rya KAMARIZA Jeanine ( Maman Shammah).
Murakoze cane🙏🙏

De retour avec  'sHbd to you  🎂Follow my page guys plz🙏
24/08/2022

De retour avec 's

Hbd to you 🎂

Follow my page guys plz🙏

   ..📸📸📸📸📸📸📸📸 's
26/05/2022



..
📸📸📸📸📸📸📸📸
's

 -on-step   #📸📸📸📸📸📸📸...... 's
19/05/2022

-on-step


#📸📸📸📸📸📸📸....
.. 's

-joethemodelfollow me guys plz🙏IG FB 'stweeter 's...📸📸📸📸📸📸📸📸 's
19/05/2022

-joethemodel
follow me guys plz🙏
IG
FB 's
tweeter 's...
📸📸📸📸📸📸📸📸
's

     ......... 🎬📸📸📸📸📸 's
17/05/2022





.........
🎬📸📸📸📸📸
's

the master.... 's
15/05/2022

the master....
's

   Picture's # ig  # twter Sammy Picture's.. 's
13/05/2022

Picture's
# ig
# twter Sammy Picture's..

's

  77 photography..follow me on;FB  Picture's IG  pictures23twter@ Sammy Picture's
10/05/2022

77 photography..
follow me on;
FB Picture's
IG pictures23
twter@ Sammy Picture's

06/05/2022
il ne faut pas écoute ce qui te  décourage quand t'as l'objectif qu tu veux d'avoir dans ta vie.📸📸📸📸📸📸📸📸📸📸présente par:f...
26/04/2022

il ne faut pas écoute ce qui te décourage quand t'as l'objectif qu tu veux d'avoir dans ta vie.
📸📸📸📸📸📸📸📸📸📸
présente par:
fb 's
IG
tweeter

'mn Bob Benitha Light.. Guitaril ne faut pas cache le talent que t'as📸📸📸📸📸📸📸 présente par: 's
25/04/2022

'mn Bob Benitha Light..
Guitar
il ne faut pas cache le talent que t'as
📸📸📸📸📸📸📸
présente par:
's

Address

Centre Ville
Ngagara

Telephone

+25767301811

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sammy Picture's posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Sammy Picture's:

Share

Category