Ønësphørë døllä

Ønësphørë døllä Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ønësphørë døllä, Ruyigi.

👊15000 like.............        156 share   LETS BOOOM TOGETHER💯STAKE THIS GAME💢
29/04/2026

👊15000 like.............
156 share
LETS BOOOM TOGETHER
💯STAKE THIS GAME💢

31/07/2025

Mr Mbappé 💰💰💰

10/05/2025

Avec JOHN SILI Mk – Je viens d’être reconnu(e) comme l’un(e) de ses super fans !

‎━━╬٨ـﮩﮩ❤٨ـﮩﮩـ╬━❤️❥❥═‎‎‎《:❎💮——-💔>——–🔥———😔ــہہہـ٨ـــ٨ــــــ💮❎:》‎‎‎❤ـــــﮩـ٨ـﮩـــღــﮩ٨ﮩﮩﮩﮩــ٨ـﮩـ❤✨┊┊┊┊┊┊┊┊★┊☆★❤┊┊┊┊┊┊┊┊☆┊★...
14/09/2022

‎━━╬٨ـﮩﮩ❤٨ـﮩﮩـ╬━❤️❥❥═‎

‎‎《:❎💮——-💔>——–🔥———😔ــہہہـ٨ـــ٨ــــــ💮❎:》‎‎

‎❤ـــــﮩـ٨ـﮩـــღــﮩ٨ﮩﮩﮩﮩــ٨ـﮩـ❤✨┊┊┊┊┊┊┊┊★┊☆★❤┊┊┊┊┊┊┊┊☆┊★☆ ✨❤ـــــﮩـ٨ـﮩـــღــﮩ٨ﮩﮩﮩﮩــ٨ـﮩ❤‎

‎⚀⚀Loding…█⚀█████⚅⚀███⚄⚃████⚀⚅████⚀⚀███⚅███⚃⚃███⚄⚄█…

(Attitúðè Bøý) ▒▓★★●◎♥◎♥◎♥◎ █▓▒░ ☆。° Hëärt ░▒▓█★ at Facebook V.I.P Account █║▌│█│║▌║││ █║▌│║█║▌ © OfficialProfile

████ ★★ full verified ★★ ████ ██▓█▓▓██▓▓█▓▓██▓▓█▓▓██▓▓█▓██

●▬▬▬▬▬๑۩♡۩๑▬▬▬▬▬●

FACEBOOK VIP account⇨♡♥♡♥♡♥♡♥⇨▒▓▒▓▒▓▒▓▒▓▒▓▒▓▒ Loading→ 100% ☆☆☆☆☆☆→I.Love Music♪♩♬♬♬♬♪♪♪♪♪♪♩♪⇨

♥♥♥Loading…..████████████100% ORIGINAL PROFILE ® ✔Verified Official Facebook ♥♥♥

🔥 PubG symbols

😘 Fb stylish bio

✌️Instagram bio for boys

😍 Fb stylish cover photos

😎 Fb stylish featured photos

🔥 Stylish name for fb

🤩 Fb stylish comments


______absarrrrrr______11

14/09/2022

Mr ØNËSPHØRË DØLLÄ 👑
◢▉▉◣ ◢▉▉◣ ◢▉▉◣ 𝗠𝗥 1𝗞
▇░░▇ ▇░░▇ ▇░░▇ 𝗠𝗥 1𝗞
▔▔▔▇ ▔▔▔▇ ▔▔▔▇ 𝗠𝗥 1𝗞
◥▅▅◤ ◥▅▅◤ ◥▅▅◤ 𝗠𝗥 1𝗞
🍏DRIP™

⚠️IBUKA KO WAHAWE UTIHAYE❗👆Umunsi umwe DENIS arikumwe n'a maman wiwe bariko baja gusenga abona amahera aca arahagarara a...
10/07/2022

⚠️IBUKA KO WAHAWE UTIHAYE❗

👆Umunsi umwe DENIS arikumwe n'a maman wiwe bariko baja gusenga abona amahera aca arahagarara ariko ⛔maman wiw e akibwira KO agité kuri petit besoin (agité kumwanda muto )ariko akiyabona nyamahera yagiye ayahonyorako😫
DENIS ⚠️
Yaciye yunama arayakira😑
Hama aca aranyaruka ashikira maman wiwe barabandanya gusenga❗
Ariko yanka kubwira maman wiwe KO yatoye amahera✖️
Haheza akanya barashika kurusengero☑️
Haragera gutanga ishikanwa bahereza IMANA
DENIS ⚠️ ariyumvira gutanga biramwanka Maze aca ashira mumutwe KO Ayo mahera azoyagura Aga téléphone 📴📴
'''''''''HAHA😫 HARIHO ABANKA GUSHIKANIRA IMANA❗❗❗❗''''''''Nti mumbaze ni mwahanwa.

DENIS ⚠️ aca araheba gutanga.
Yageze gutaha ageze mwibarabara vacances baramugonga😥😥 nayamahera atarayakoresha ici ashaka😄😅
IMANA irahana kandi utayibona😃😄 abantu mumeze nka Denis mwubahwe IMANA ❗ irabagise tuu😀😀

Abantu baje kumufasha igihe Bari bamugonze hariko bamukura mwibarabara ahahejeje kubera isanganya harimwo umusuma
Wewe icari kimuzanye kwari ukwiba '.
Wamusuma Aho guterura Denis mubandi wewe yateye amusopa yamahera yatora💥💥

Denis yisanze ati kwa muganga niho yatoreye ubwenge '
Aca yibuka KO mumufuko hariyo amahera💣

Bahejeje kumuvura bamuha facture 💥IYO facture yarihuye nayo mahera yatoye igihe yaragiye gusenga( iwabo kwa ba Denis Bari abantu IYO batagiye gukora kumusi badafungura)

Yeeeeeh Denis akore mumufuko arihe facture asanga amafaranga bayatwaye..

👉👉👉IVYAKWIRIKIYE NTAVYO NZI KIMWE MWIBUKE GUTANGA AMASHIMWE KUMANA👈👈👈
👇👇
IYO uronse ikint wakoreyr canke utakoreye nivyiza gushimira uwaguhaye☑️


☝️☝️
Døllä bø

13/05/2022
  💥 ntagaciro🤚'''''Kwirikira iyi nkuru👇👇Umunsi umwe valerie ✌️Yabwiye  umugenzi wiwe Éric ati: ko afise imbanyi ya chr w...
09/05/2022

💥 ntagaciro🤚
'''''Kwirikira iyi nkuru👇👇

Umunsi umwe valerie ✌️
Yabwiye umugenzi wiwe Éric ati: ko afise imbanyi ya chr wiw 👩‍👦 ariko amwinginga ngo ntazogire uwo abibwira 🖕🖕
Kuko muhira babimenye ko Boca bamwica burundu🤞
💥 Éric ati ntakibazo nzokubikira ibanga mugenzi💢
💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔
Éric bukeye bimwe bamubwira bimwanka munda💘 hanyuma abibwira umugenzi wiwe Vanessa''''
Vanessa abibwira abagenzi biwe Bose 👨‍👩‍👧👨‍👩‍👧👨‍👩‍👧👨‍👩‍👧👨‍👩‍👧👨‍👨‍👧‍👦👨‍👨‍👧👨‍👨‍👧‍👦👩‍👩‍👦‍👦
Abo bagenzo nabo bagenda barahererekanya inkuru bikwira hose👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉👉
Hanyuma Éric abimenye yumva aca aja kw patiri mumajambo make ngo

💥Ash*tseyo abwira patiri ko
Aje kwihana yabesheye mugenzi wiwe kandi vyakwiye hose atabishaka
; ati mukugira ubabarirwe
Genda muhira uzane inkoko uze urayimongora mpaka amababa yose ahere Maze wamuhungu arabikora⚠️⚠️⚠️
Hama amuzanira yankoko amababa yose atayariko
ati : kugira ubabarirwe bisaba ko usubira inyuma ugende uratora yamababa yose ya yankoko💢💢💢
Yagiye arakurako'''''👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇
Est-ce que birakunda???????
aragenda yamababa arayabura''''⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️
Kuko umuyaga wari wayaguruye''''
aragenda arabura yamababa
ACA aagruka kubwira patiri ati👉👉👉👉Ivy wantumy nabibuze kuko umuyaga waciye uyagurura
👇👇👇⚠️⚠️⚠️
ati Taha ntubabariwe
ivyo wakoze biteye isoni🤧✖️✖️✖️✖️✖️
Eric aca ataha ababaye kuko atkigongwe aronse❌❌
👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇
👇👇👇💔
⚠️

ESE UMEZE NKA ERIC??????
UBWO WOBA UBIKA IBANGA????
''''''
'''''
''''''
???? KIRAZIRA KUBESHA❌❌❌❌

FOLLOW PAGE

👇👇👇



Commentaires 👉👉👉

Original challenge🔥🔥 Team døllä™
24/04/2022

Original challenge🔥🔥
Team døllä™

Dølla 💲 ønësphøre dølla 💲King''''''''🎶 king'''''''' bøy
13/02/2022

Dølla 💲 ønësphøre dølla 💲
King''''''''🎶 king'''''''' bøy

 Dølla bo✅yFrom 4uyigi🇧🇮
20/01/2022


Dølla bo✅y
From 4uyigi🇧🇮

Address

Ruyigi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ønësphørë døllä posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share