Oung Lalin

Oung Lalin Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Oung Lalin, Photography Videography, Américain, New York, NY.

‎🚨   : Umurundi yiciwe muri   aturiwe inyuma yivye ipikipiki‎-----------------------------‎🕊️ Umurundi yitwa Irankunda E...
04/23/2026

‎🚨 : Umurundi yiciwe muri aturiwe inyuma yivye ipikipiki
‎-----------------------------
‎🕊️ Umurundi yitwa Irankunda Egide, ava ku mutumba , zone muri komine Busoni, intara ya , yiciwe mu gihugu ca Tanzaniya aho yatowe aturiwe

‎📅 Amakuru ava muri ico gihugu amenyesha ko yafashwe ku wa kabiri igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2026 yagirizwa kwiba ipikipiki. Abanyagihugu b’aho bavuga ko batihanganiye ico gikorwa, baca baramwica bamuturiye

‎🗣️ Uwurongoye abagendesha amapikipiki yunguruza abantu muri komine Busoni, Rajabu Ndayishimiye, amenyesha ko uwo mugabo yari asanzwe azwi mu busuma

‎🏍️ Agasigura ko abagendesha amapikipiki bagendana ubwoba bwo kuyibwa, akemeza ko abiba ayo mapikipiki bakunda kuba bari mu mirwi

‎⚠️ Agasaba abo vyoba vyerekeye kwirinda iyo ngeso mbi, ahubwo bagakora bakabaho biciye mu bikorwa vyabo, mu gishingo co kuba inderamaboko

04/23/2026

"Abidoga ngo ibintu birazimvye, genda muvyironderere. None jewe ndigera ndababwira ko ibiraya bizimvye ? Ndigera ndababwira ko ibiharage bizimvye kandi ndabifise ?

Iyi page shasha tugira tuze turabashikiriza ahigihugu kigeze Kora follow ntuzoz uracikwa

Address

Américain
New York, NY

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Oung Lalin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share